ITANGAZO RYIHUTA MURI LUBA EXPRESS

ITANGAZO RYIHUTA MURI LUBA EXPRESS

Umuyobozi Mukuru wa Luba Express Nyakubahwa NDIHOKUBWAYO Salutier aramenyesheje abantu bose basanzwe bafise Imodoka muri Agence Luba Express ko guhera uno munsi kw'Igenekerezo rya 27/04/2021 gushika igenekerezo rya 30/04/2021 , Bategerezwa kuzoza bazanye Ikarata ndanga Muduga mu biro vya Luba Express kugirango ama photocopies yazo atwagwe mubushikiranganji muntumbero yo kumenyekanisha imodoka zisanzwe zikorera muriyo Agence. Menya neza ko udakwiye kwirengagiza iryo tangazo kubera Niwaryirengagiza Ugafatwa nabajejwe umutekano ntuze ugire ico ubaza muri Agence, Iryo tangazo ritazwe na Nyakubahwa Muyobozi Mukuru wa Luba Express Ndihokubwayo Salutier

MURAKOZE arico mubaza terefona kuri +25769062208


3 views0 comments

Recent Posts

See All